IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Kayanza : Abantu batatu bafatanwe ubutare bari batwaye mu Rwanda

Kayanza : Abantu batatu bafatanwe ubutare bari batwaye mu Rwanda

samedi 7 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Abo bafashwe ni NSABIMANA Patrice w’imyaka 30, MANIRAKIZA Domitien w’imyaka 20 hamwe na HAVUGIMANA Gerard w’imyaka 44. Mu giporisi bamenyesha ko bose uko ari batatu bapfungiwe mu gasho ka komine Kabarore, ku mvo z’amatohoza.

Uwundi mugabo umwe w’imyaka 26 azwi kw’izina rya Banderembako Gilbert yafatiwe ku musozi Camika, komine Vumbi, mu ntara ya Kirundo, afise ibiro 42 vy’ubutare bwa Wolframite. Nawe nyene apfungiwe mu gasho ka komine Kirundo ku mvo z’amatohoza.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.