Accueil > Amakuru > u Burundi > Kayanza : Abigisha 13 batawe muri yompi
 Kayanza : Abigisha 13 batawe muri yompi
 Kayanza : Abigisha 13 batawe muri yompi
				
				samedi 3 Ntwarante 2018, par
Uwo muyobozi yakubiswe ni NDAYIZEYE Cyriaque w’imyaka 35, akaba yakubiswe n’abo bigisha 13.
Mu giporisi bamenyesha ko batamenya icatumye abo bigisha bakubita umuyobozi wabo, abagirizwa ico caha bakaba bafashwe ku mvo z’amatohoza.
Egide NDUWIMANA

Messages
4 Ntwarante 2018, 23:39, par Ntakirutimana Isaac
Ivyo Vyobarivyo Vyukuri