Accueil > Amakuru > umutekano > Kayanza : Ikiziga catowe kireremba mu ruzi Nyakabindi
 Kayanza : Ikiziga catowe kireremba mu ruzi Nyakabindi
 Kayanza : Ikiziga catowe kireremba mu ruzi Nyakabindi
				
				vendredi 20 Gitugutu 2017, par
Abanyagihugu bo muri komine Matongo nibo babonye ubwa mbere ico kiziga, baca bahamagara abajejwe umutekano.
Mu giporisi bamenyesha ko uwo muntu yatowe ikiziga yari yahora arwaye intandara.
Egide NDUWIMANA
