Accueil > Amakuru > umutekano > Kayanza : Umugabo yatowe ikiziga mu mwonga wo ku musozi Kivuruga
 Kayanza : Umugabo yatowe ikiziga mu mwonga wo ku musozi Kivuruga
 Kayanza : Umugabo yatowe ikiziga mu mwonga wo ku musozi Kivuruga
				
				jeudi 7 Nyakanga 2017, par
Mu giporisi bavuga ko ico kiziga catowe ari ic’umugabo azwi kw’izina rya GISHONGOMERA Gerard w’imyaka 40, abanyagihugu akaba aribo batanguye ku mubona ubwa mbere.
Nk’uko amakuru atangwa n’igiporisi abivuga, ico kiziga nticerekana icoba cahitanye uwo muntu.
Amatohoza yatanguye nk’uko vyemezwa n’abajejwe umutekano.
Egide NDUWIMANA

Messages
7 Nyakanga 2017, 12:51, par Jean Claude
Birababaje kweli