Accueil > Amakuru > umutekano > Kayanza : Umugabo yishwe atemegujwe umupanga
 Kayanza : Umugabo yishwe atemegujwe umupanga
 Kayanza : Umugabo yishwe atemegujwe umupanga
				
				vendredi 6 Gitugutu 2017, par
Uwo mugabo w’imyaka 35 yagandaguriwe ku musozi Gishumvi, komine Gahombo, mu ntara ya Kayanza, nk’uko mu giporisi bavyemeza.
Mu giporisi bemeza kandi ko amatohoza yamaze gutangura kugira uwishe uwo mugabo amenyekane.
Egide NDUWIMANA
