Accueil > Amakuru > u Burundi > Keffa yagenwe n’umukuru w’igihugu
 Keffa yagenwe n’umukuru w’igihugu
 Keffa yagenwe n’umukuru w’igihugu
				
				vendredi 30 Ntwarante 2018, par
Iryo tegeko rigena Keffa NIBIZI kuyobora ubudandaji mw’ishirahamwe LONA (Loterie Nationale du Burundi) ryateweko umukono kw’igenekerezo rya 23 Ntwarante 2018.
Keffa NIBIZI yahora akora mu gisata kijejwe kugwanya kurya igiturire.
 
- Keffa NIBIZI, umukuru w’umugambwe SAHWANYA FRODEBU NYAKURI Iragi rya NDADAYE yagenwe kuba umuyobozi ajejwe ubudandaji muri LONA
Callixte NDIKUMANA

Messages
30 Ntwarante 2018, 13:14, par Busurahende
Arahembwe kuko yari yarabirondeye. Azoce amera nk’urya atwara O.T.B. abesha ngo ni Umunamarimwe kandi ari umuvugizi w’umugambwe wica canke ugakiza kuri bamwe bamwe.