IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kirundo: Abantu babiri bakomerekejwe na gerenade

Kirundo: Abantu babiri bakomerekejwe na gerenade

lundi 4 Nyakanga 2017

Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano Pierre NKURIKIYE amenyesha ko iyo gerenade yatewe nk’igihe c’isaha imwe y’ijoro kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 4 Nyakanga 2017.

Amakuru ava mu giporisi amenyesha ko abakomeretse baciye bajanwa kw’ivuriro ryo ku Burara aho muri komine Busoni nyene.

Umugabo umwe azwi kw’izina rya Emmanuel NZOBONIMPA yamaze guhagarikwa,ku mvo z’amatohoza, ubu akaba ari mu giporisi c’inyamiramabi, mu ntara ya Kirundo.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.