Home > Amakuru > umutekano > Kirundo: Umuntu umwe mu bagavye ibitero yafashwe
 Kirundo: Umuntu umwe mu bagavye ibitero yafashwe
 Kirundo: Umuntu umwe mu bagavye ibitero yafashwe
				
				Monday 16 July 2018, by
Amakuru amenyeshako uyo yafashwe yaciye yerekana inkoho yo mu bwoko bwa Kalachnikov yahora akoresha mu bikorwa vy’ubugizi bwa nabi.
Ayo makuru abandanya avuga ko iyo nkoho yerekanye yari yibwe umuporisi akorera mu karere ko muri komine Bwambarangwe ku kirindiro c’igiporisi cahitwa Kimeza.
Amatohoza yatanguye kugira abo bafadikanije nuyo yafashwe nabo bashobore gufatwa.
IGIHE

Forum posts
23 July 2018, 14:56, by kankindi
MBE KOMUTASHIZEHO IVYO NARUNGITSE TUZOHAVA TUBINUBA