IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Libiya : UA rigiye gutahukana abanyafrika ibihumbi 15 batwawe (...)

Libiya : UA rigiye gutahukana abanyafrika ibihumbi 15 batwawe nk’inyagano

mercredi 6 décembre 2017

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC amenyesha ko umwe mu barongozi bakuru b’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika yamenyesheje ko abanyafrika barenga ibihumbi 20 bapfungiwe muri Libiya.

Uwo muyobozi Kwesi Quartey, avuga ko ikibabaje ar’uko abo bapfungiwe muri Libiya bari mu bigo vya Reta.

Iyo ngingo y’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika UA ifashwe inyuma y’amakuru avuga ko abimukira b’Abanyafrika bagurishwa mu masoko y’abagizwe abaja mu gihugu ca Libiya.

Abanyafrika baca mu gihugu ca Libiya baharurwa mu bihumbi, benshi baba bafise icizere co gushika ku mugabane wa Buraya.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.