IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Mairie: Inkoho 2 zatowe n’igiporisi

Mairie: Inkoho 2 zatowe n’igiporisi

Wednesday 29 August 2018, by vianney

Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano Pierre NKURIKIYE avuga ko izo nkoho zatowe zisambuye zirukumwe n’ibikono 3 vy’amasasu.

Ayo makuru avuga ko mu vyatowe kumwe n’izo nkoho n’ivyo bikono vy’amasasu hariho amasasu angana 75.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.