IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Mairie – Kabondo : Inzu ibamwo abahindi yafatiwemwo ibigwanisho

Mairie – Kabondo : Inzu ibamwo abahindi yafatiwemwo ibigwanisho

Tuesday 18 September 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvugizi w’igiporisi Pierre NKURIKIYE amenyeshako ivyo bigwanisho vyafashwe mu nzu ibamwo abahindi babiri kandi vyari mw’igunira rinyegeje mu gisenge c’inzu .

Pierre NKURIKIYE avuga ko igiporisi kimaze guhabwa amakuru caciye kigenda kusaka muriyo nzu.

Ayo makuru amenyeshako ababa muriyo nzu baciye bafatwa kandi icegeranyo cavyo kiza canditswe n’inyamiramabi.


IGIHE

Forum posts

  • Bahanwe Hatitaweho ko ari abanyamahanga

  • Iconovuga ubwo nubusuma butagira aho buhagaze uko nukurondera ingene bobiba ivyabo izonkoho abo bagiye gucaka nibo bazitwaye bazishira munzu yabo abahindi nta ntambara bigera bagira nta busuma bakora babapfunge canke bakore ico babona ariko bamenye ko bagomba kubiba.nzovuga ukuri ahonzoba ndi hose kandi umukuru w’igipolisi niwe abatuma kwiba

  • I byo sibyo iyo baba abarundi ubwa naho ahahinde!!! bararengana bashaka kubambura ibyabo ntaho bahuriye nibyo,

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.