IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Makamba : Igiporisi cahagaritse abakobwa 12 bari bajanywe mu bihugu (...)

Makamba : Igiporisi cahagaritse abakobwa 12 bari bajanywe mu bihugu vy’abarabu

lundi 29 janvier 2018

Amakuru dukesha urubuga rwa Twitter rw’igiporisi c’Uburundi, amenyesha ko abo bigeme bafashwe, bari kumwe n’umugore n’umugabo ari nabo bari babajanye, babacanye mu gihugu ca Tanzaniya.

Mu giporisi c’Uburundi bavuga ko bavuye mu gihugu ca Tanzaniya, bari guca bajanwa mu gihugu ca Kenya, kugira babandanye mu gihugu ca Oman.

Ayo makuru nyene y’igiporisi c’Uburundi, amenyesha ko impapuro z’inzira zabo icumi na zitandatu, zikiri nshasha nazo nyene zafashwe.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.