IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Makamba : Umutama w’imyaka irenga 60 ari mu bafashwe bagirizwa uguhungabanya (...)

Makamba : Umutama w’imyaka irenga 60 ari mu bafashwe bagirizwa uguhungabanya umutekano

mardi 28 Ntwarante 2017, par Egide NDUWIMANA

Abantu batandatu bapfunzwe bagirizwa ko bari mu mirwi ihungamabanya umutekano, bakaba bafatiwe muri komine Nyanza-Lac iri mu ntara ya Makamba. Muri abo bafashwe harimwo umutama w’imyaka hafi mirongo indwi.

Abo bantu bafashwe mu mpera z’indwi twaraye turangije, akaba ari abanywanyi b’umugambwe CNDD urongowe na Leonard NYANGOMA asanzwe ari mu buhungiro kuva mu mwaka w’2010.

Mu gihe bivugwa ko muribo hari uwafatanwe imyambaro ya gisirikare, mu giporisi babagiriza ko bari mu murwi yitwaje ibirwanisho ihungabanya umutekano.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.