IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Mayuyu : Umutama yishwe acumiswe imbugita

Mayuyu : Umutama yishwe acumiswe imbugita

lundi 2 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Amakuru atangwa n’ababonye ico kiziga avuga ko uwo mutama yahora ari umunyezamu yishwe acumiswe imbugita n’abantu batazwi.

Abajejwe intwaro mu ntara ya Bujumbura rural bamenyesha ko amatohoza yamaze gutangura.


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.