IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Muramvya : Ikiziga c’umukenyezi catowe imbere y’inzu yabamwo

Muramvya : Ikiziga c’umukenyezi catowe imbere y’inzu yabamwo

mardi 5 décembre 2017

Amakuru ava mu Bukeye amenyesha ko Laurence NKWIRIKIYE yoba atari abanye neza n’umugabo wiwe, ari navyo vyatumye umugabo wiwe ahagarikwa akongera agapfungwa ku mvo z’amatohoza.

Mu bajejwe intwaro bavuga ariko ko icatumye urupfu rw’uwo mukenyezi kitaramenyekana.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.