IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga : Umuntu umwe yishwe, abandi icenda barakomereka

Musaga : Umuntu umwe yishwe, abandi icenda barakomereka

jeudi 15 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

Uwo yishwe yahitanwe na Gerenade yatewe n’umuntu ataramenyekana, nk’igihe c’isaha cumi na zibiri n’iminota mirongo ine, ku mugoroba wo kuri uwu wa gatatu.

Petero NKURIKIYE avugira igiporisi c’Uburundi amenyesha ko uwo yishwe ari uwahora yunguruza umuduga (Chauffeur), agashikiriza kandi ko muri ico gitero ca Gerenade, abandi bantu icenda bakomeretse.

JPEG - 95.5 ko
Petero NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi

Uwateye iyo Gerenade ntaramenyekana.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.