Accueil > Amakuru > u Burundi > Mutimbuzi : Abana babiri bahitanwe n’imiti bahawe na inakuru (...)
 Mutimbuzi : Abana babiri bahitanwe n’imiti bahawe na inakuru wabo
 Mutimbuzi : Abana babiri bahitanwe n’imiti bahawe na inakuru wabo
				
				lundi 16 Gitugutu 2017, par
Uwo inakuru w’abo bana ari mu minwe y’igiporisi.
Mu giporisi bavuga kandi umwana w’imyaka icenda azwi kw’izina rya Yamuremye Jimmy yapfuye kuri uwu wa gatandatu akubiswe n’inkuba.
Uwo mwana yitavye Imana yahora aba muri komine Murwi, zone Buhayira, umusozi Nyabigunga.
Egide NDUWIMANA
