IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Mutimbuzi : Abantu batandatu banyurujwe n’abajejwe umutekano

Mutimbuzi : Abantu batandatu banyurujwe n’abajejwe umutekano

mardi 7 Ruhuhuma 2017, par Egide NDUWIMANA

Abasuma bitwaje ibirwanisho banyuruje kuri uwu w’Imana abantu batandatu bo mu komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura. Abo bantu banyurujwe inyuma y’ibitero bibiri vyabaye muri ako karere.

Mu masasu abo basuma barasanye n’abajejwe umutekano, umwe muribo yarafashwe, akaba yiyemereye ko ari abarwanyi bo muri FNL irongowe na NZABAMPEMA Aloys, nk’uko vyemezwa n’umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi.

Abajejwe umutekano aho ku Mutimbuzi basaba abanyagihugu gukorana n’intwaro mu kudoma urutoke ku muntu baba biketse ko yoba ari mu bahungabanya umutekano.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.