IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Muyinga: Igisongerezi mu gisirikare yarashwe na mugenzi we

Muyinga: Igisongerezi mu gisirikare yarashwe na mugenzi we

lundi 14 Myandagaro 2017

Amakuru ava mu ntara ya Muyinga amenyesha ko ico gisongerezi mu ntwazangabo coba cishwe na mugenzi we bakorana wo ku rwego rwo hasi Caporal Mugabo,uwo nawe inkoho yakoresha n’umwambaro wa gisirikare vyiwe vyatowe mw’ishamba ryegereye ikirindiro.

Ahejeje kumwica, caporal Mugabo yoba yaciye ahunga, ahungira mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya.

Mu gisirikare c’Uburundi bamenyesha ko icatumye caporal Mugabo yica mugenzi we kizomenyekana mu gihe caporal Mugabo yofatwa.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.