IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Muyinga : Umudandaza yibwe amafaranga n’abitwaje ibirwanisho

Muyinga : Umudandaza yibwe amafaranga n’abitwaje ibirwanisho

vendredi 6 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Nk’uko amakuru ava mu giporisi c’uburundi abimenyesha, uwo mudandaza MACUMI Eric yaguye mu mutego watezwe n’abagizi ba nabi bataramenyekana bari bitwaje ibirwaninisho, hafi y’ikirometero kimwe uvuye ku mupaka Uburundi buhana na Tanzaniya.

Amakuru ava mu giporisi abandanya avuga ko amatohoza yatanguye kugira abo bagizi ba nabi bafatwe bongere bahanwe.


Oscar NDAYISHIMIYE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.