IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Muyinga : Umuntu atamenyekanye yatowe ari ikiziga

Muyinga : Umuntu atamenyekanye yatowe ari ikiziga

mercredi 24 janvier 2018

Amakuru ava aho i Gasorwe, amenyesha ko uwo yatowe ari ikiziga yari afise ibikomere , ashobora kuba yakomerekejwe na bagenzi we mw’ijoro, bivuye k’ukutumvikana kuvyo bari bahejeje kwiba.

Abajejwe intwaro baremeza ayo makuru, bakamenyesha ko uwo yatowe ikiziga yari umusuma, ariko ababa aho i Gasorwe basaba amatohoza kugira uwo yatowe ari ikiziga amenyekane, hamenyekane n’icatumye yicwa.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.