Accueil > Amakuru > umutekano > Muyinga : Umwana w’umukobwa atamenyekanye yatowe ikiziga
 Muyinga : Umwana w’umukobwa atamenyekanye yatowe ikiziga
 Muyinga : Umwana w’umukobwa atamenyekanye yatowe ikiziga
				
				lundi 24 Mukakaro 2017, par
Nk’uko bishikirizwa n’abajejwe intwaro, yaba uwo mwana yagandaguwe ntiyamenyekanye, n’abamwishe bakaba bataramenyekana. Mu giporisi i Muyinga bamenyesha ko amatohoza yatanguye.
Ababonye ico kiziga bavuga ko uwo mwana yoba yishwe inyuma y’ugufatwa ku nguvu.
Ikiziga c’uwo mwana catwawe mu buruhukiro bw’ibitaro bikuru vya Muyinga, mu kurindira ko hari abomumenya.
IGIHE
