Accueil > Amakuru > umutekano > Muyinga : umukuru wa zone Jarama yahatswe kugandagurwa
 Muyinga : umukuru wa zone Jarama yahatswe kugandagurwa
 Muyinga : umukuru wa zone Jarama yahatswe kugandagurwa
				
				lundi 19 Ntwarante 2018, par
Uwo mukuru wa zone Jarama yategerewe n’abantu bataramenyekana barashe ipikipiki yari imwunguruje, ariko Imana ikaba yarakinze, abari kuri iyo pikipiki bose ntaco babaye.
Ayo masasu yumvikanye mu gihe iyo pikipiki yari igeze ku musozi Burasira. Abarashe ntibashoboye kumenyekana.
IGIHE
