IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Mwaro : Amafaranga imiriyoni 28 yibwe muri Posita

Mwaro : Amafaranga imiriyoni 28 yibwe muri Posita

vendredi 24 Ruhuhuma 2017, par Egide NDUWIMANA

Amafaranga agera ku miriyoni 28 niyo yibwe kuri Posita y’i Mwaro kw’igenekerezo rya 12 Ruhuhuma 2017.

Ubuyobozi bwa Posita bwamenye ko ayo mafaranga yibwe haheze indwi yose kubera inyabwonko (Ordinateurs) z’aho kuri Posita zari zimaze iminsi zidakora neza.

KAZIRI Ismail yari asanzwe arongoye Posita y’i Mwaro niwe yagirizwa ubwo busuma, akaba yabanje gushira ku bubiko "Compte" bw’uwo bari basangiye uo mugambi, amafaranga agera ku miriyoni 24, ayandi aharurwa ku miriyoni zine agenda ayatwaye, gushika n’ubu akaba atawuzi irengero ryiwe.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.