Accueil > Amakuru > umutekano > Ngozi : Abasirikare bagirizwa urupfu rw’umugabo yishwe arashwe
 Ngozi : Abasirikare bagirizwa urupfu rw’umugabo yishwe arashwe
 Ngozi : Abasirikare bagirizwa urupfu rw’umugabo yishwe arashwe
				
				samedi 17 Ruheshi 2017, par
Amakuru ava aho i Ngozi avuga ko uwishwe ari umugabo azwi kw’izina rya Ferederiko, yarashwe n’abasirikare bo kuri ico kirindiro.
Umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi, Colonel Gaspard BARATUZA yabwiye ikinyamakuru IGIHE ko ataramenya ivy’ayo makuru, yemera ko azogira ico ashikirije kuri ivyo vyagirijwe abasirikare bakorera ku kirindiro co muri komine Mwumba, mu ntara ya Ngozi.
IGIHE
