Home > Amakuru > umutekano > Ngozi –Gabiro: Ibisasu ntezwantoki 4 vyatowe
 Ngozi –Gabiro: Ibisasu ntezwantoki 4 vyatowe
 Ngozi –Gabiro: Ibisasu ntezwantoki 4 vyatowe
				
				Friday 7 September 2018, by
Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano hamwe no kugwanya Ibiza,Pierre NKURIKIYE amenyeshako ibisasu ntezwantonki bitatu murivyo bine vyatowe bikomeye.
Ayo makuru avuga ko ivyo bisasu vyatowe n’abanyagihugu mu nzu ata muntu ayibamwo kandi ivyo bisasu vyaciye bishikirizwa abajejwe igiporisi muri komine ya Ngozi.
IGIHE

Forum posts
7 September 2018, 18:06, by SINDAYIGAYA
NIVYIZA KUBA IVYO BISASU VYATOWE ATANUMWE VYISHE. IMANA IKOMEZE KUTWEREKA IBINDI BISASU AHOVYATOWE ?