Accueil > Amakuru > umutekano > Ngozi : Umuntu atamenyekanye yatowe ikiziga
 Ngozi : Umuntu atamenyekanye yatowe ikiziga
 Ngozi : Umuntu atamenyekanye yatowe ikiziga
				
				samedi 3 Ruheshi 2017, par
Abanyagihugu begereye ahatowe ico kiziga bamenyesha ko batashoboye kumenya uwo muntu, bagasaba ko umutekano wokwongerezwa.
Mu giporisi mu ntara ya Ngozi bavuga ko amatohoza yamaze gutangura kugira barondere abakoze ubwo bwicanyi.
IGIHE

Messages
4 Ruheshi 2017, 14:44, par NPAWE
NIVYOBAKWIYEKURONDERWA
22 Ruhuhuma 2018, 22:01, par Habogorimana diomedi
NONE ABOBANTU BAGANDAGUWE BAZIRA IKI?IMANA IBAKIRE.