Accueil > Amakuru > umutekano > Ngozi : Umwigeme w’imyaka 12 yapfuye akubiswe n’inkuba
 Ngozi : Umwigeme w’imyaka 12 yapfuye akubiswe n’inkuba
 Ngozi : Umwigeme w’imyaka 12 yapfuye akubiswe n’inkuba
				
				mardi 17 Gitugutu 2017, par
Uwo mwigeme w’imyaka 12 azwi kw’izina rya MISHIMA Evelyne yakubiswe n’inkuba nk’igihe c’isaha zumi na zibiri z’umugoroba ku musozi Mubanga, komine Ruhororo, intara ya Ngozi.
Egide NDUWIMANA

Messages
17 Gitugutu 2017, 19:54, par M J
IMANA IRAMWAKIRA NAMBA YARAKOZE NEZA.