IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Nijeriya : Abantu 10 bapfuye mu ngwano yahuje abarwanyi ba Boko Haram (...)

Nijeriya : Abantu 10 bapfuye mu ngwano yahuje abarwanyi ba Boko Haram n’abasirikare ba Reta

lundi 2 avril 2018

,Amakuru dukesha iradiyo y’Abongereza BBC amenyesha ko izo ngwano zabereye hafi y’igisagara ca Maiduguri, mu ntara ya Borno mu buraruko bw’ico gihugu.

Ayo makuru, amenyesha ko ico gitero gihitanye abantu benshi kandi abajejwe intwaro mu gihugu ca Nijeriya baheruka kumenyesha ko bari mu biganiro n’abarwanyi b’uyo murwi.

Amakuru ava mu bajejwe umutekano muri Nijeriya amenyesha ko ingabo z’igihugu zishe abarwanyi 6 b’umurwi Boko Haram bongera bafata abiyahuzi 7 bashaka kwinjira mu gisagara ca Maiduguri.


BIKORIMANA Vianney

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.