IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Nijeriya:Abantu 15 bapfuye ,43 barakomereka mu gitero c’abiyahuzi

Nijeriya:Abantu 15 bapfuye ,43 barakomereka mu gitero c’abiyahuzi

mardi 19 Nyakanga 2017

Amakuru ava mu bagiye gutabara aho ivyo bibombe vyaturikiye avuga ko igitigiri c’abakomeretse gishobora kwiyongera.

Agace ka Mashalari kari mu bice vyasinzikajwe cane n’ibitero vy’abagwanyi ba Boko Haram aho mu gihugu ca Nijeriya kuva aho umugwi ushingiye ku mategeko ya kisiramu Boko Harama utanguye gukora ibitero.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.