Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Nijeriya : Abanyeshuri 22 bahitanywe n’isanganya ry’imodoka
 Nijeriya : Abanyeshuri  22  bahitanywe n’isanganya ry’imodoka
 Nijeriya : Abanyeshuri  22  bahitanywe n’isanganya ry’imodoka
				
				mercredi 14 février 2018
Amakuru dukesha ikinyamakuru Ijwi rya Amerika, abo banyeshuri bari mu rugendo rw’ishuri bava kwishuri ryisumbuye rya Bauchi bagana igisagara ca Kano, uwutwara umuduga aca agira ikibazo n’imodoka atwara.
Kabiru Daura avuga ko iryo sanganya ryabereye ku birometero 5O vy’igisagara ca Kano, akavuga ko uwutwara imodoka yagonze iyindi modoka, mu gihe iyo yariko aratwara yagize ikibazo.
Amasanganya akaba akunda kwibonekeza muri Nijeriya bivuye ku mabarabara atameze neza.
BUKURU Pacifique
