IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > ONU isaba abegwa n’ikibazo c’Uburundi gushira imbere inyungu z’igihugu

ONU isaba abegwa n’ikibazo c’Uburundi gushira imbere inyungu z’igihugu

lundi 27 Ruhuhuma 2017

Ishirahamwe mpuzamakungu ONU risaba Reta y’Uburundi hamwe n’abatavuga rumwe nayo kwitaba ibiganiro bihuza abarundi, mu ntumbero yo gutorera umuti ibibazo vya politike vyibonekeza mu gihugu kuva mu mwaka wa 2015.

Mu cegereranyo umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU , yashikirije inama ya ONU ijejwe amahoro n’umutekano, Antonio Guterres asaba abegwa bose n’ikibazo c’Uburundi gushira imbere inyungu z’igihugu.

Umunyamabanga mukuru wa ONU asaba kandi ko abegwa n’ikibazo boreka gushira imbere inyungu zabo, bakitaba ibiganiro bihagarikiwe n’akarere ka Afrika y’Ubuseruko batarinze gusaba amananiza.

Antonio Guterres yavuze kandi ko ishirahamwe mpuzamakungu ONU rizobandanya gushigikira ico cose gifise intumbero y gutorera umuti ikibazo ca politike kiri mu Burundi biciye mu nzira y’amahoro.


IGIHE

Messages

  • Soccer player ntiyumva azopfa nka Mobutu kiretseko gushikana irya myaka yiwe biri kure nk’ukwezi!!! Gatinyashengero, kwama mu kinyegero, mbe yamakinga (Metusera) kwatakiyagirako!!!! Aratey isoni!!!

  • GOOD!THANK YOU!OUR LEADERS HAVE NO PATRIOTISM,MOST OF THEM.SURELY ,WE (AFRICANS) MUST UNDERSTAND THAT THE PEACE,CARENESS,DEMOCRACY,TRUTH ,JUSTICE ARE THE IMPORTANTS PILLORS OF GOOD GORVENANCE AND GOOD DEVELOPPMENT!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.