Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Ouganda: Umukuru w’igihugu yagenye umuhungu wiwe kuba umuhanuzi muvya (...)
 Ouganda: Umukuru w’igihugu yagenye umuhungu wiwe kuba umuhanuzi muvya gisirikare
 Ouganda: Umukuru w’igihugu yagenye umuhungu wiwe kuba umuhanuzi muvya gisirikare
				
				mercredi 11 Nzero 2017
Umukuru w’igihugu c’Uganda Yoweri Museveni yagenye umuhungu wiwe Maj Gen Muhozi Kainerugaba, kuba umuhanuzi mukuru w’umukuru w’igihugu ajejwe ibibazo vya gisirikare bidasanzwe.
Umukuru w’igihugu c’Ubuganda Yoweri Museveni agenye umuhungu wiwe muri ayo mabanga,mu gihe umupfasoni wiwe Janet Kataaha Museveni ari umushikiranganji w’indero n’inkino, ikibanza yagiyemwo mu kwezi kwa gatandatu mu mwaka uheze.
Gen Kainerugaba yahora arongoye abasirikare badasanzwe (SFC) bajejwe gukora akazi ka gisirikare kadasanzwe.
Abo basirikare ni bo bacunga umukuru w’igihugu n’ibibanza bikuru vya Reta y’ Ubuganda.
IGIHE

Messages
11 Nzero 2017, 10:07, par Rugari
Empire y’impene(Hima- Tutsi )yaratanguye uburundi nibwo bwabananiye gusa.
11 Nzero 2017, 11:57, par Banzubaze
@Rugari
Nabwo nyene n’akanya gato ntuterere akaguru mw’ikoma!
11 Nzero 2017, 21:25, par nema
ko hatwara abo bagomba uratega ubu birigi na amerika bavyiyamiriza ! uganda urwanda ntanduru . ariko ivyo biducisha ubwenge .
13 Nzero 2017, 21:29, par Mertus Motar
Nimugerageze Mukore.Kumbebirihose.Rero?Muburundi.Bahakazi.Ababo.Bakoresheje .Ikimenyane.Namwemuri Ouganda!!!.Muragena?..,,