IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Petero Nkurunziza:’’Uwodutera azobona ko turya dukaravye’’

Petero Nkurunziza:’’Uwodutera azobona ko turya dukaravye’’

vendredi 30 Kigarama 2016

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza amenyesha ko igihugu c’Uburundi kititeguriye gutera ibindi bihugu, ariko ko uwotera Uburundi yobona ko abarundi barya bakaravye.

Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru n’abanyagihugu mu ntara ya Rutana, umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yavuze ko kuba Inama nshingamateka na Nkenguzamateka baremeje itegeko rigenga abahoze mu gisirikare canke mu mirwi irwana ari inyishu kuko bari basavye ko hojaho amategeko abagenga.

Ku bijanye n’amakenga yo kumenya igituma iryo tegeko ribaha uburenganzira bwo gushobora gusubira gucungera umutekano kandi ari abanyagihugu,umukuru w’igihugu yavuze ko abahoze ku rugamba iyo bimaze kwemezwa nk’itegeko baba bafise uburenganzira bwo gufasha gucungera umutekano gushika no hanze y ‘igihugu kuko baba babizi.

Umukuru w’igihugu yavuze ko iryo tegeko ryaje mu ntumbero yo kwama biteguye mu bijanye no gukingira umutekano w’igihugu nkuko biri mu mico yo gukingira umutekano w’igihugu ,kandi ko no mu biondi bihugu bikorwa.

Messages

  • komera mutama wacu president rambakungoma abarundi isinzi tukuri inyuma niwarambire

  • nge ksmbaze Abavandimwe (IGIHE INYESHYAMBA ZA CNN DD -FDD ZISHAKA GUFATA AIRPORT YA BUJUMBIRA ;BUYOYA AKAZA KWAKA UMSADA KAGAME ;AKOHEREREZA INGABO ZIKABAKUBITA ZIKABAJYANA KURE SIYU MUGABO URYA ADAKARABYE WARUZIYOBOYE??NDIBUKA NYAKWIGENDERA NDAYIHURUME (BBC)YAMUBAJIJE (UMUVUGIZI WINYESHAMBA)AHO AHERA AVUGA KO ARI INKOTANYI ASUBIZA KO ZIRWANA CYANE KDI ZIKAGENDA CYANE NA MAGURU ZIKURIRA NI MISOZI KDI INGABO ZA BUYOYA ZO ZISABA IMODOKA???
    CONGO HO SE ARAHIBAGIWE ???GSA NGE SINKUNDA INTAMBARA KUKO NABATURAGE BASANZWE BAZIGWAMO ; NIZO NGABO ZIPFA ZITAZI ICYO ABAYOBOZI BAZO BAPFA ARIKO UBUNDI UYU MUGABO YAGAKUIBISWE KKO KUDAKUBITA IMBWA BYORORA IMISEGA.

  • Hhhhhhhh Abarundi muba mudashinga mukabyina? Narababwiye nti mu bigambo mbahaye 100/100 ariko mu bikorwa 0/100 hari umurongo ntarengwa umunsi mwawurenze muzahura numuriro mutigeze mubona. Nahoze numva ngo u Rwanda ntitudasaba imbabazi ngo muzaca umubano? Mwarayinze ubundi nta kamaro uburundi bwari budufitiye.

  • Nukuri Mutama Yavuze Ukuri Uwuzodutera Tuzivuna Kuko Ntabwoba Twama Twiteguye Kuko Ntamuntu Dusotora Twebwe

  • Sokuru Mwirambire Kungoma Murekane Nurwanda Nirwaza Naho Tuzobimenya Kuko Hariho Umurongo Ntarengwa Witwa Akanyaru Ntibokwihenda Wiranbire 100%tuzokwongera Niyindi Mandant Ya 2020 Wigumye

  • Ariko Mutama. Nawe Ntugire Ubwoba Kuko Ntakigongwe Dusavye Urwanda Nirwadutera Tuzivuna Kuko Turakwemera 100% Wanashima Na 2020 Tuzokwongera Mpaka Na 2025 Tukwongera Mpakana 2030 Kuko Nkajewe Nize Kurigusa Naho Ntabandanije Benewacu Bariciga Nuwokuvuga Nabi Nunva Twoca Tugwana Kuko Wewe Urisokuru Wuburundi Ya Adelin Kabarore.Mwiranbire

  • Guma Kwivora Mutama Ukwanka Yangare Nka Gahini

  • Ubu mutureke abanyagihugu turebe amerekezo yigihugu cacu naba bategetsi bacu baguma basomborotsa ibindi bihugu amaherezo yabo dore ko bazikuvuga batitangiriye umunwa baze birengere ingruka kuvyo bama bariko baravuga ubona ko bavuga nki ngoma ikubiswe.

  • Abarundi Nta Bwoba Guko Mumuriyoni Zishikakwi Cumi Nibake Batazi Kurasa . Mutama Natwe Ugwaruka Rutigeze Mugisoda Ura Turya Akara Nikubuka .

  • Abarundi Nta Bwoba Guko Mumuriyoni Zishikakwi Cumi Nibake Batazi Kurasa . Mutama Natwe Ugwaruka Rutigeze Mugisoda Ura Turya Akara Nikubuka .

  • Komera Mutama Uwiteka Aguhangaze Uhangame Kungoma Nka Dawudi Ndakwifurije Kuramba Nka Aburahamu Itsinzi Nka Mos Ubwenge Nkasaromo Uwuzogutera Azagende Amenye Ko Dufise Imana Itavogegwa !

  • Komera Mutama Uwiteka Aguhangaze Uhangame Kungoma Nka Dawudi Ndakwifurije Kuramba Nka Aburahamu Itsinzi Nka Mos Ubwenge Nkasaromo Uwuzogutera Azagende Amenye Ko Dufise Imana Itavogegwa !

  • Perezida na headphones lol

  • Ikiganza c IMANA kiri kuburundi kizitiriye imbibe zigihugu cose nab arundi bose,nyakubwahwa president Nkurunziza IMANA yaramwizigiye imwizigiza nabarundi beshiii95/100 nonerero abarundi tugirumwete wugushimirimana kurukundo ifitiye uburundi nabarundi twametwibuka ivyidukorera kuko harinibindi ikidukorera kuko idufitiye imigambi yokutugirira neza .abasi buburundi bazohorana imigabomibi ariko ntanumwe bazoshikako muhaguruke dufatanemunda dukundane dusangire bikenavyishi dufise abasibamaramare.Ntidutererane uwotwitoreye tumwumvire twizere ingabo zigihucacu kandi abarunditwese tube abasirikare bagwanira amahoro numutekano ahoturihose,ndipfurije abarunditwese kubumwo nkuko IMANA ibidusaba kandi turabishoboye.nihubahwe IMANA nanyakubahwa Petero Nkurunziza -igisirikare -nigipolice-nabarundi twese Amen

  • Ese nyakubahwa Hofatwa ingingo nkozi mukurwanya abarya ibiturire no abanyonora amatungo ya leta kugira dukoneze umutekano ubutunzi bw igihugu icarimwe.

  • Iyongingoniyo ariko kuvugako bazohembwa mugihereta ibakeneyegusa mwobamutwishetwebwe abanyagihugu bodufatanabi canebarondera rasiyo mbegahobazobamumakambi?Cankemuhira.botumara bashonze

  • Uyu mutama ndamwemera cane !!! Abarundi oyeeee !!! Bonne Annee 2017 !!!

  • Turiyamirij Abantu Bavuga Ko Muburundi Atamutekano Uhari Kuk Ndavye Ingene Ubu Ryama Nkasinzira Ncambona Yuko Abo Ari Abansi Bigihugu

  • Avuz’ukuri Pe Nyaguhora Kungoma

  • Uko tuvyita kurotwarotwa mbe kowihamagaza abomwahoranye mwishamba ngo bagaruke kugucungerera umutekanoo! umwe niwe yavuze ngumusi warwo washitse nturusimba, nubwizobucungerewe ni 10000 uwomusi kuzoba kunwicayi, ivyuribesha ntacobizohindura nakimwe.

  • none ko hari abantu
    beshi tudafise
    akazi dukora
    ariko tukaba
    mukaba mutadusara
    nico gisirikare
    ngoducungere
    igihugu cacu
    catuvyaye.

  • komera mutama na mandat ya 4 naka 5 tuzokongera uturongore

  • mutama urarab natw abana babatwa trimw triga mudutegurir imbere hamez neza mubury ntot amashur yanj mugeragez nukudufasha cankuzo

  • mutama urarab natw abana babatwa trimw triga mudutegurir imbere hamez neza mubury ntot amashur yanj mugeragez nukudufasha

  • Uyonuwo Gukula Kumanda

  • Uyonuwo Gukula Kumanda

  • komera di papa wacu tukur inyuma!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.