IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Muri Afrika > RDC: Abantu 75 nibo bamaze guhitanwa na Ebola mu buseruko bw’ico (...)

RDC: Abantu 75 nibo bamaze guhitanwa na Ebola mu buseruko bw’ico gihugu

Tuesday 28 August 2018, by vianney

Amakuru dukesha iradiyo BBC avuga ko ubwo bushikiranganji bw’amagara y’abantu murico gihugu bwavuze ko abantu bangana 111 aribo bamaze kwandura iyo ngwara murivyo bice vy’ubuseruko bwa Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Kongo.

Ayo makuru avuga ko murabo 111 ,abantu 47 bahitanywe n’iyo ngwara ,83 nabo bemejwe ko bayirwaye mu gihe abandi 28 bibajije ko nabo boba barahitanywe n’iyo ngwara ya Ebola.

Bivugwako abenshi murabo banduye iyo ngwara bayanduye imbere yuko abajejwe intwaro murico gihugu bamenyeshako Ebola yongeye kwaduka mu ntango z’ukwezi kwa Myandagaro uyu mwaka wa 2018.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.