IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > RDC : OMS iragabisha ko Ebola ishobora gushika mu tundi turere

RDC : OMS iragabisha ko Ebola ishobora gushika mu tundi turere

jeudi 24 mai 2018

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko, Peter Salama, ajejwe gutabara mw’ishirahamwe OMS, yavuze ari mu nama i Geneve mu gihugu c’Ubuswise, ko hageze ko indwara ya Ebola yitwa ikiza.

Peter Salama, yavuze kandi ko mu minsi mike iri imbere, ariho mw’ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho amagara y’abantu OMS, bazomenya ko Ebola ishobora gutandukira ibisagara canke ko bazobandanya bayikurikiranira hafi.

Ishirahamwe OMS, rivuga ko abantu 58 aribo banduye indwara ya Ebola, 27 nabo bitaba Imana, kuva aho ico kiza cadukiye kw’igenekerezo rya 8Rusama.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.