IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > RDC : Patiri Etienne NSENGIYUMVA yishwe arashwe

RDC : Patiri Etienne NSENGIYUMVA yishwe arashwe

lundi 9 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Patiri Etienne NSENGIYUMVA yarashwe n’umuntu yinjiye mw’ishengero mu gihe yariko asangiza abakirisu bashasha bagitangura kwakira iryo sakaramentu, mu misa yari itegekanijwemwo kubatiza abakirisu bashasha hamwe no kuraganisha abubaka rukirisu.

Ayo makuru dufise avuga ko uwarashe Patiri Etienne NSENGIYUMVA ari umugwanyi w’umugwi wa Mai Mai Nyatura usanzwe ukora ibitero hamwe no gusahura abanyagihugu baba muri ako gace ko mu ntara ya Kivu ya ruguru.


Vianney BIKORIMANA

Messages

  • Imana imwakire yari mugikorwa cayo.

  • ivyo bintu biriko bifata intumbero yindi aho usanga abantu bashaka kwica abariko barakira Yezu Kristu mw’isakaramentu ry’Ukaristiya canke mu gihe ca consecration. Ababigira barafise ico biyumvira canke baba bashaka kugirira Ekleziya katorika mugabo barihenda. Imana iri kumwe natwe muri vyose na hose. Ekleziya yubakiye ku rutare benshi bama bagerageza kubomora bikabananira kuko urwo rutare ari Jambo Rizima. N’ibindi bizoza bakristu ntiducike intege

  • KOKO,BIRABABAJE,UMUNTU,AFUYE, MUGABO EKLEZIYA, YAKONGO,IKUBITE AGASHI, POLITIKE SIGWANYU,MUJEJWE,KUVUGIRA, IMANA,NTABWO,ARI,UMUNTU

  • Abo Babisha Ntaco Bazoshikako Dufise Imana Idukunda Cane Bakinda Bagaramy Bicara Ntibazotumara Ba kristu Tumusabire Imana Imwakire Mubwamibwayo Twihangan Kuko Tubuze Twese jewe Nihangane Nawewe Wihangane.

  • Uyomukozi W’Imana azobahumira mpaka batangare!!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.