IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > REMA TV irashima ingabire yahawe n’ishirahamwe SFCG (Video)

REMA TV irashima ingabire yahawe n’ishirahamwe SFCG (Video)

jeudi 8 Nyakanga 2016, par Jean De Dieu

Ishirahamwe Search for Common Grounds ryatanze ingabire zigizwe n’ibikoresho ku maradiyo 2 aherutse gusubira kugurura muriyo hakaba harimwo Radiyo na Television Rema. Umuyobozi w’ico kinyamakuru Claude NKURUNZIZA yaboneyeho akaryo ko gushimira iryo shirahamwe kubwizo ngabire

Source: Tele renaissance


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.