IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi > RTNB MUSIC TALENT : Menya abaririmvyi batowe mu ntara z’uburaruko.

RTNB MUSIC TALENT : Menya abaririmvyi batowe mu ntara z’uburaruko.

lundi 17 Mukakaro 2017

Ku murwa mukuru w’intara ya Ngozi,niho abaririmvyi bava mu ntara z’Uburaruko bahuriye kugira hatorwe bane bazokuranamwo n’abandi bazotorwa mu zindi ntara.

Mu giteramo cabereye i Ngozi, abaririmvyi n’imirwi ikurikira nibo batowe:

Ndayisaba Leonard : Ngozi.
2. Nindemesha David : Ngozi
3. Ndagiwenayo Epimac : Kayanza
4. Umugwi Imboneza w’i Muyinga.

Iryo higanwa rihagarariwe n’umuririmvyi Rally Joe mu mahiganwa y’ikuranamwo.

Ku munsi wa nyuma w’ihiganwa Rally Jo azoba ari kumwe n’abandi nka Natacha, Peace and Love na Big Fizzo.

Tubibutse ko ihiganwa "RTNB MUSIC TALENT" ryatangujwe mu ntumbero yo kurondera impano z’abaririmvyi zinyegeje hirya no hino mu gihugu. Rizorangira kw’igenekerezo rya 26 Myandagaro 2017.


Cherif NKESHIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.