IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Rumonge : Abantu 68 baronkejwe inyigisho z’ukwakira ibirego vy’abitura (...)

Rumonge : Abantu 68 baronkejwe inyigisho z’ukwakira ibirego vy’abitura CVR

mercredi 22 Munyonyo 2017, par Egide NDUWIMANA

Abo bantu bafise ikiringo c’iminsi 20 bazomara bakira ababitura bo muri iyo ntara. Clotilde NIRAGIRA, umunyamabanga mukuru w’umurwi CVR yabwiye abo bantu ko badafise uburenganzira bw’ugufata abazoba bagirijwe, kuko ico atari igkorwa c’umurwi CVR ujejwe kunywanisha Abarundi.

Bamwe mu banyagihugu bo mu ntara ya Rumonge basaba ko hoshirwaho Sentare idasanzwe yohana ababakoreye amabi.

Abandi bantu bagera kuri 83 nabo bo mu ntara ya Bururi bariko barahabwa izo nyigisho kuri uwu wa gatatu.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.