IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Rumonge : Umwana umwe yapfuye aguweko n’inzu mu mvura

Rumonge : Umwana umwe yapfuye aguweko n’inzu mu mvura

mercredi 20 Nyakanga 2017, par Egide NDUWIMANA

Uwo mwana yitavye Imana aguweko n’inzu yabamotse muri iyo mvura yaguye muri karitiye ya Birimba, muri iyo ntara ya Rumonge.

Amakuru dukura muri iyo ntara ya Rumonge avuga ko n’abandi bana batatu bakomeretse, amazu arenga 270 nayo arabomoka, muri ayo hakaba harimwo ibirasi vy’ishure.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.