IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Rutana :Amazu 25 y’ubundarizo n’ibidandazwa vyarimwo vyahiye (...)

Rutana :Amazu 25 y’ubundarizo n’ibidandazwa vyarimwo vyahiye biratokombera.

Saturday 16 June 2018, by vianney

Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no gukinga ibiza, Pierre NKURIKIYE, amenyesha ko uwo mucanwa wadutse nk’igihe c’isaha zitanu z’ijoro, kur’uyu wa gatanu, igenekerezo rya 15 Ruheshi 2018.

Pierre NKURIKIYE avuga ko gushika mu gatondo ko kur’uyu wa gatandatu, icatumye uwo muriro waduka kitaramenyekana.

Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no gukinga ibiza, Pierre NKURIKIYE, amenyesha ko amatohoza yamaze gutangura kugira hamenyekane icatumye uwo muriro.


Vianney BIKORIMANA

Forum posts

  • Nukuri iyonkuru yomu rutana irababaje gose ariko nibarabe hakore amatohoza yihuta iyonkozi yikibi ikamenyekana nimba vyakozwe numuntu? Naje ndi mu rutana.

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.