IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Rutana : Umuntu atamenyekanye yatowe ikiziga

Rutana : Umuntu atamenyekanye yatowe ikiziga

vendredi 21 Ndamukiza 2017, par Egide NDUWIMANA

Umuntu atamenyekanye yatowe ikiziga mu ruzi Mutsindozi, ruri muri komine Bukemba, intara ya Rutana.

Abajejwe intwaro hamwe n’abanyagihugu begereye ahatowe ico kiziga bavuga ko batashoboye kumenya uwo muntu yagandaguwe n’abantu bataramenyekana.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.