IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ruyigi: Bane bahagaritswe bagirizwa kugurisha abantu muri Tanzaniya

Ruyigi: Bane bahagaritswe bagirizwa kugurisha abantu muri Tanzaniya

mercredi 16 Myandagaro 2017

Umuvugizi w’igiporisi Pierre NKURIKIYE amenyesha ko uko ari bane bahagaritswe kuwa kabiri igenekerezo rya 15 Myandagaro 2017 nk’igihe c’isaha zitanu z’umutaga.

Amakuru dukesha umuvugizi w’igiporisi amenyesha ko uko ari bane bose baciye bajanywa mu giporisi muri komine Kinyinya, aho bariko bakorerwa amadosiye kugira bace bashikirizwa ubutungane.

Ayo makuru nyene amenyesha ko ku muntu wese ashoboye gushika mu gihugu ca Tanzaniya, bamuronkako amafaranga ibihumbi 30 vy’amarundi.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.