Accueil > Amakuru > u Burundi > Ruyigi : Umuriro wahitanye inzu hamwe n’amahegitari abiri
 Ruyigi : Umuriro wahitanye inzu hamwe n’amahegitari abiri
 Ruyigi : Umuriro wahitanye inzu hamwe n’amahegitari abiri
				
				mercredi 19 Mukakaro 2017, par
Nk’uko mu giporisi babimenyesha, uwo muriro atawuzi icawuteye wahitanye amahegitari abiri, hamwe n’inzu y’umunyagihugu yahungiye mu gihugu ca Tanzaniya.
Abanyagihugu bafashijwe n’abajejwe intwaro hamwe n’abaporisi barihutiye kuzimya uwo muriro.
Mu giporisi bemeza ko amatohoza yatanguye.
IGIHE
