Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Somaliya : Umushikiranganji wa mbere yahinduye batatu mu bagize (...)
 Somaliya : Umushikiranganji wa mbere yahinduye batatu mu bagize Reta
 Somaliya : Umushikiranganji wa mbere yahinduye batatu mu bagize Reta
				
				jeudi 4 janvier 2018
Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC amenyesha ko, abakuwe mu mabanga n’umushikiranganji ajejwe imigenderanire n’amakungu, Yusuf Garaad Omar ; umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, Abdi Farah Said Juha hamwe n’umushikiranganji w’ubudandaji, Khadra Ahmed Duale.
Umushikiranganji wa mbere, ahinduye Reta, mu gihe iyo Reta yari imaze igihe yidogerwa ko yananiwe guhagarika ibitero vy’abarwanyi b’umuhari w’intagondwa Al Shabaab.
MUGISHA Van Naris
