Home > Amakuru > Uburundi bwitavye inama y’ihuriro ya FOCAC mu Bushinwa
 Uburundi bwitavye inama y’ihuriro ya FOCAC mu Bushinwa
 Uburundi bwitavye inama y’ihuriro ya FOCAC mu Bushinwa
				
				Monday 3 September 2018, by
Iryo huriro rihuza igihugu c’Ubushinwa n’ibihugu vyo ku mugabane wa Afrika rikaba rizoshimikira cane ku bijanye n’ubutunzi hagati y’ico gihugu nuyo mugabane.
 
Muriryo huriro igihugu c’Ubushinwa ciyemeje ko kigiye gutanga imiriyaridi 60 y’amadorare y’abanyamerika agenewe mu gisata co guteza imbere Afrika.
Iryo huriro rigize irya gatatu ritunganijwe kuva mu mwaka w’i 2000,igihugu c’Uburundi kikaba caserukiwe n’icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu Joseph BUTORE.
 
 
 
IGIHE

Forum posts
4 September 2018, 15:40, by steven
ubu se arumva ibyo bamubwira ko yirebera inyoni