Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yagenye abavugizi biwe
Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yagenye abavugizi biwe
mercredi 8 Ntwarante 2017, par
Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yagenye umuvugizi wiwe, n’icegera c’uwo muvugizi. Uwahahora aheruka kurungikwa guserukira Uburundi mu gihugu ca Tanzaniya.
Kw’itegeko ry’umukuru w’igihugu nomero 100/36, Jean Claude KARERWA yahora ari icegera c’umuvugizi w’umukuru w’igihugu niwe yahawe kuba umuvugizi w’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA.
- Jean Claude KARERWA, umuvugizi mushasha w’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA
Icegera ca Jean Claude KARERWA ni Alain Diomede NZEYIMANA.
Gervais ABAYEHO yahora avugira umukuru w’igihugu aheruka kurungikwa guserukira Uburundi mu gihugu ca Tanzaniya.
IGIHE
Messages
8 Ntwarante 2017, 21:23, par SIMBAL
NIVYIAZA NYAKUBAWHA KOYAHISEMWO ABAVUGIZIBEZA. TURABAKEJE
8 Ntwarante 2017, 22:55, par Deo
Nivyiza cane yabonye bikwiye
9 Ntwarante 2017, 07:26, par PACEKAL
KAGAMEN,ANKURUNZIZA,BAZOSUBIRAG,UKUNDANA?NINDE,ARIKOA,ARABIKURIKIRANA?
9 Ntwarante 2017, 14:04, par tari
N areke gutesha umwanya abarundi yigenesha abavugizi icabarundi tumukeneye ko sico nuko yo duha amahoro akareka kubandanya aduhohotera mu gusubiza ubwo butegetsi yivye ntakindi
10 Ntwarante 2017, 08:07, par FELIX MUHIRE
Uwobona ivyo uwiyita Tari yandika wogirango niwe agize Uburundi bwose wenyene. Tari, les chiens aboient, mais la caravane passe
11 Ntwarante 2017, 21:15, par m a
Foutaises. ivyo birobezo bivyandikako ngo bifashe iku