Home > Amakuru > Umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA yuguruye umugambi PAIFAR
 Umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA yuguruye umugambi PAIFAR
 Umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA yuguruye umugambi PAIFAR
				
				Friday 14 September 2018, by
Imiryango irenga ibihumbi 99 yo hagati mu gihugu igizwe n’imiryango ibihumbi 5 vy’abatishoboye ,imiryango ibihumbi 6 vy’urwaruka n’abagore bo hagati mu gihugu ,imiryango ibihumbi 9 vy’imiryango yo hagati ,ibihumbi 6 vy’abarimyi bato bato hamwe n’ibihumbi 19200 bari mu mashirahamwe y’ubworozi niyo uyo mugambi uzokorerako.
Uyo mugambi uzotwara amafaranga angana n’amadorare y’abanyamerika imiriyoni 38 n’ibice 6.
IGIHE
