Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu yagenye abagize urwego nyobozi rwa ISABU
 Umukuru w’igihugu yagenye abagize urwego nyobozi rwa ISABU
 Umukuru w’igihugu yagenye abagize urwego nyobozi rwa ISABU
				
				mardi 30 Rusama 2017
Umukuru w’urwo rwego nyobozi ni Mélance NTUNZWENIMANA, icegera ciwe akaba Serge NKURUNZIZA. Umunyamabanga ni Dieudonné NAHIMANA.
Abandi bagize urwo rwego (Membres) ni Samuel NDAYIRAGIJE, Godeberthe NDIKUBWAYO, Déo NIYONKURU hamwe na Cyrille HICINTUKA.
 
- Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA
Egide NDUWIMANA

Messages
30 Rusama 2017, 20:54, par mbonankira charles
nnibasangwe ibikorwa twironkere imbuto zirobanuye tuduze numwimbu nanje ndumwe mubakiriye baguririmbuto muri ISABU ndi mbonankira charles site wb/ www.cpsburundi.org